Yeremiya 50:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Nimutere Babiloni muvuye mu mihingo ya kure+. Nimwugurure ibigega vyiwe+. Nimumurunde nka kurya kw’ibirundo vy’intete. Nimumutikize azimangane+, ntihagire n’umwe asigarana.
26 Nimutere Babiloni muvuye mu mihingo ya kure+. Nimwugurure ibigega vyiwe+. Nimumurunde nka kurya kw’ibirundo vy’intete. Nimumutikize azimangane+, ntihagire n’umwe asigarana.