Yeremiya 52:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Maze umwami wa Babiloni abicira aho i Ribula+ mu karere ka Hamati. Ukwo ni ko ababa mu Buyuda bavuye mu gihugu cabo, bajanwa mu bunyagano+.
27 Maze umwami wa Babiloni abicira aho i Ribula+ mu karere ka Hamati. Ukwo ni ko ababa mu Buyuda bavuye mu gihugu cabo, bajanwa mu bunyagano+.