Gucura intimba 2:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Uhamagaza ibitera ubwoba bivuye impande zose, nk’uwuhamagaza abantu ku musi mukuru+. Ku musi w’uburake bwa Yehova, nta warokotse canke ngo arusimbe+.Abo navyaye* kandi nkabarera, umwansi wanje yarabatikije+.
22 Uhamagaza ibitera ubwoba bivuye impande zose, nk’uwuhamagaza abantu ku musi mukuru+. Ku musi w’uburake bwa Yehova, nta warokotse canke ngo arusimbe+.Abo navyaye* kandi nkabarera, umwansi wanje yarabatikije+.