-
Ezekiyeli 5:1Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
5 Ewe mwana w’umuntu, rondera inkota ikarishe uyikoreshe nk’urumosho rwa kimyozi, wimwe umushatsi n’ubwanwa. Uheze utore umunzane kugira ubipime maze ubigabagure.
-