Ezekiyeli 5:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Umukama Segaba Yehova avuze ati: ‘Ngira ndakurwanye wa gisagara+. Jewe ubwanje ngira ndagushitseko urubanza amahanga arorera+.
8 Umukama Segaba Yehova avuze ati: ‘Ngira ndakurwanye wa gisagara+. Jewe ubwanje ngira ndagushitseko urubanza amahanga arorera+.