11 “Ndirahiye jewe Imana nzima”, ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, “kubera ko wahumanije ahantu hanje heranda ukoresheje ibigirwamana vyawe vyose bisesemye be n’ibintu vyose bishisha ukora+, nanje nzoguta. Ijisho ryanje ntirizokwumva akagongwe, kandi nta mpuhwe nzogira+.