Ezekiyeli 8:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Nuko anzana mu kigo c’indani c’inzu ya Yehova+. Ku bwinjiriro bw’urusengero rwa Yehova, hagati y’ibaraza n’igicaniro, hari abagabo nka 25 bahaye imigongo urusengero rwa Yehova, baraba mu buseruko. Bari bunamiye izuba baraba mu buseruko+.
16 Nuko anzana mu kigo c’indani c’inzu ya Yehova+. Ku bwinjiriro bw’urusengero rwa Yehova, hagati y’ibaraza n’igicaniro, hari abagabo nka 25 bahaye imigongo urusengero rwa Yehova, baraba mu buseruko. Bari bunamiye izuba baraba mu buseruko+.