2 Maze abwira wa mugabo yari yambaye impuzu yo mu gitambara ciza+ ati: «Niwinjire hagati y’amapine+, munsi y’abakerubi, wuzuze ibiganza vyawe vyompi amakara yaka+ uyakuye hagati y’abakerubi, uheze uyaterere hejuru y’igisagara+.» Nuko yinjirayo mbona.