Ezekiyeli 14:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 «Mwana w’umuntu, aba bantu biyemeje gukurikira ibigirwamana vyabo bisesemye*, kandi bashizeho igitsitaza gituma abantu bacumura. Nobareka bakampanuza+?
3 «Mwana w’umuntu, aba bantu biyemeje gukurikira ibigirwamana vyabo bisesemye*, kandi bashizeho igitsitaza gituma abantu bacumura. Nobareka bakampanuza+?