Ezekiyeli 16:46 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 46 «“Mukurwawe ni Samariya+, akaba aba mu buraruko bwawe* we n’abakobwa biwe*+. Mutoyi wawe na we ni Sodomu+, akaba aba mu bumanuko bwawe* we n’abakobwa biwe+.
46 «“Mukurwawe ni Samariya+, akaba aba mu buraruko bwawe* we n’abakobwa biwe*+. Mutoyi wawe na we ni Sodomu+, akaba aba mu bumanuko bwawe* we n’abakobwa biwe+.