Ezekiyeli 17:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Ingabo zikomeye za Farawo n’abasoda biwe benshi, nta co bazofasha mu ntambara+ igihe abansi bazorunda ibintu vyo kwuririrako ngo batere igisagara, bakubaka n’inzitiro zo kugitera kugira ngo batikize abantu benshi.
17 Ingabo zikomeye za Farawo n’abasoda biwe benshi, nta co bazofasha mu ntambara+ igihe abansi bazorunda ibintu vyo kwuririrako ngo batere igisagara, bakubaka n’inzitiro zo kugitera kugira ngo batikize abantu benshi.