24 “Ariko umugororotsi niyaheba gukora ibigororotse agakora ibibi, agakora ibintu vyose bishisha ababisha bakora, ugira ngo azobaho? Mu bikorwa vyose vy’ubugororotsi yakoze, nta na kimwe kizokwibukwa+. Azopfa kubera ubuhemu bwiwe no kubera igicumuro yakoze+.