Ezekiyeli 20:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Mugabo nagize ico nkoze ku bw’izina ryanje kugira ngo ntirihumanywe imbere y’amahanga bari babayemwo+, kuko nimenyekanishije kuri bo* imbere y’ayo mahanga igihe nabakura* mu gihugu ca Misiri+.
9 Mugabo nagize ico nkoze ku bw’izina ryanje kugira ngo ntirihumanywe imbere y’amahanga bari babayemwo+, kuko nimenyekanishije kuri bo* imbere y’ayo mahanga igihe nabakura* mu gihugu ca Misiri+.