Ezekiyeli 20:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Nabigize kubera ko bateye akagere ingingo nashinze, ntibakurikiza ivyagezwe vyanje, bahumanya n’amasabato yanje, kuko umutima wabo wakurikira ibigirwamana vyabo bisesemye+.
16 Nabigize kubera ko bateye akagere ingingo nashinze, ntibakurikiza ivyagezwe vyanje, bahumanya n’amasabato yanje, kuko umutima wabo wakurikira ibigirwamana vyabo bisesemye+.