Ezekiyeli 20:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Amasabato yanje mukwiye kubona ko ari meranda+. Azoba ikimenyetso hagati yanje namwe, kugira ngo mumenye yuko ndi Yehova Imana yanyu+.”
20 Amasabato yanje mukwiye kubona ko ari meranda+. Azoba ikimenyetso hagati yanje namwe, kugira ngo mumenye yuko ndi Yehova Imana yanyu+.”