28 Nabajanye mu gihugu nari nararahiye ko nzobaha+. Aho baboneye imirambi yose miremire n’ibiti vyose bitotahaye+, baciye batangura gushikana ibimazi vyabo n’amashikanwa yabo ambabaza. Barahashikaniye ibimazi vyabo nk’akamoto keza, bahasuka n’amashikanwa yabo y’ibinyobwa.