-
Ezekiyeli 20:46Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
46 «Mwana w’umuntu, hindukira urabe mu karere ko mu bumanuko, ubwire ubumanuko, ubwire ubuhanuzi ikibira co mu gahinga ko mu bumanuko.
-