Ezekiyeli 22:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Iwawe umugabo akorana ibintu bishisha n’umugore wa mugenziwe+, uwundi agahumanya umukazana wiwe mu gukora ibiteye isoni+, uwundi na we agafata ku nguvu mushikiwe, umukobwa wa se+.
11 Iwawe umugabo akorana ibintu bishisha n’umugore wa mugenziwe+, uwundi agahumanya umukazana wiwe mu gukora ibiteye isoni+, uwundi na we agafata ku nguvu mushikiwe, umukobwa wa se+.