Ezekiyeli 23:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Kubera ko yabandanije akora ubumaraya ata co yibanga, agashira ahabona ubwambure bwiwe+, naciye ndamuzinukwa ndamuheba nk’uko nari nazinutswe mwenewabo nkamuheba+.
18 Kubera ko yabandanije akora ubumaraya ata co yibanga, agashira ahabona ubwambure bwiwe+, naciye ndamuzinukwa ndamuheba nk’uko nari nazinutswe mwenewabo nkamuheba+.