Ezekiyeli 24:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Cira umugani* iri hanga ry’abagarariji, uvuge ku biberekeye uti: “Umukama Segaba Yehova avuze ati: ‘Shira ya nkono* ku ziko. Yishireko, uyisukemwo n’amazi+.
3 Cira umugani* iri hanga ry’abagarariji, uvuge ku biberekeye uti: “Umukama Segaba Yehova avuze ati: ‘Shira ya nkono* ku ziko. Yishireko, uyisukemwo n’amazi+.