Ezekiyeli 26:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Bazosambura inzitiro za Tiro, bamenagure iminara yaho+. Nzokukumura umukungugu waho, hasigare ari urutare rukayangana kandi rugaragara.
4 Bazosambura inzitiro za Tiro, bamenagure iminara yaho+. Nzokukumura umukungugu waho, hasigare ari urutare rukayangana kandi rugaragara.