20 wewe hamwe n’abamanukana nawe muri ca cobo, nzotuma muhamvya aba kera. Nzotuma uja kuba ahantu h’epfo rwose, cokimwe n’ibibanza vya kera vyatikijwe, uri kumwe n’abamanuka muri ca cobo+, kugira ngo ntihagire uwusubira kukubamwo. Nzoheza ntume igihugu c’abazima kiba ciza.