Ezekiyeli 30:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Kuri uwo musi, nzorungika intumwa mu mato* zijugumize Etiyopiya yiyemera. Abaho bazotekerwa n’ubwoba ku musi ugira ushikire Misiri, kuko utegerezwa gushika.”
9 Kuri uwo musi, nzorungika intumwa mu mato* zijugumize Etiyopiya yiyemera. Abaho bazotekerwa n’ubwoba ku musi ugira ushikire Misiri, kuko utegerezwa gushika.”