Ezekiyeli 30:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Nzokomeza amaboko y’umwami wa Babiloni, mugabo amaboko ya Farawo azoregarega. Kandi bazomenya vy’ukuri yuko ndi Yehova, ninashira inkota yanje mu kuboko kw’umwami wa Babiloni, na we akayibangurira igihugu ca Misiri+.
25 Nzokomeza amaboko y’umwami wa Babiloni, mugabo amaboko ya Farawo azoregarega. Kandi bazomenya vy’ukuri yuko ndi Yehova, ninashira inkota yanje mu kuboko kw’umwami wa Babiloni, na we akayibangurira igihugu ca Misiri+.