Ezekiyeli 36:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Vuga rero ubuhanuzi uti: “Umukama Segaba Yehova avuze ati: ‘Kubera ko babagize umusaka, bakabatera babaturutse impande zose kugira ngo mwigarurirwe n’abarokotse* mu mahanga, kandi abantu bakaguma babavuga bongera babambika ibara+,
3 Vuga rero ubuhanuzi uti: “Umukama Segaba Yehova avuze ati: ‘Kubera ko babagize umusaka, bakabatera babaturutse impande zose kugira ngo mwigarurirwe n’abarokotse* mu mahanga, kandi abantu bakaguma babavuga bongera babambika ibara+,