Ezekiyeli 36:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Nzogwiza abantu bawe, Abisirayeli bose uko bangana. Ibisagara bizobamwo abantu+, ahatikijwe hasubire kwubakwa+.
10 Nzogwiza abantu bawe, Abisirayeli bose uko bangana. Ibisagara bizobamwo abantu+, ahatikijwe hasubire kwubakwa+.