Ezekiyeli 41:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Hanyuma apima uburebure bw’inyubakwa y’inyuma y’urusengero yarabana n’ahantu hagaragara, apima n’uburebure bw’utubaraza twayo hirya no hino. Bwangana n’intambwe 100. Yongera apima Aheranda, Aheranda cane+, amabaraza y’ikigo,
15 Hanyuma apima uburebure bw’inyubakwa y’inyuma y’urusengero yarabana n’ahantu hagaragara, apima n’uburebure bw’utubaraza twayo hirya no hino. Bwangana n’intambwe 100. Yongera apima Aheranda, Aheranda cane+, amabaraza y’ikigo,