Ezekiyeli 42:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 42 Araheza anjana mu kigo c’inyuma amaja mu buraruko+. Anshikana ku gice kirimwo ibibanza vy’uburiro cari iruhande ya ha hantu hagaragara+, mu buraruko bw’inyubakwa iri inyuma y’urusengero*+.
42 Araheza anjana mu kigo c’inyuma amaja mu buraruko+. Anshikana ku gice kirimwo ibibanza vy’uburiro cari iruhande ya ha hantu hagaragara+, mu buraruko bw’inyubakwa iri inyuma y’urusengero*+.