Ezekiyeli 42:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Hariho n’ibibanza vy’uburiro mu kigo kizitijwe amabuye*. Urwo ruzitiro rw’amabuye rwari mu buseruko bwavyo. Ivyo bibanza vyari hafi ya ha hantu hagaragara na ya nyubakwa*+.
10 Hariho n’ibibanza vy’uburiro mu kigo kizitijwe amabuye*. Urwo ruzitiro rw’amabuye rwari mu buseruko bwavyo. Ivyo bibanza vyari hafi ya ha hantu hagaragara na ya nyubakwa*+.