Ezekiyeli 44:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ariko umukuru wewe azoryicaramwo, kugira ngo arire umukate imbere ya Yehova+ kubera ko ari umukuru. Azokwinjira aciye mw’ibaraza ry’iryo rembo, kandi ni ho azosohokana+.» Ezekiyeli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 44:3 Umunara w’Inderetsi,1/3/1999, rup. 24-25
3 Ariko umukuru wewe azoryicaramwo, kugira ngo arire umukate imbere ya Yehova+ kubera ko ari umukuru. Azokwinjira aciye mw’ibaraza ry’iryo rembo, kandi ni ho azosohokana+.»