Ezekiyeli 44:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 “Mugabo Abalewi bagiye kure yanje+ igihe Abisirayeli bampeba bagakurikira ibigirwamana vyabo bisesemye*, bazoshikirwa n’ingaruka z’ikosa ryabo. Ezekiyeli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 44:10 Umunara w’Inderetsi,1/3/1999, rup. 18
10 “Mugabo Abalewi bagiye kure yanje+ igihe Abisirayeli bampeba bagakurikira ibigirwamana vyabo bisesemye*, bazoshikirwa n’ingaruka z’ikosa ryabo.