-
Ezekiyeli 46:18Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
18 Umukuru ntaze yomore abanyagihugu mu matongo yabo, ngo agire ico atwara ku ntoranwa yabo. Aze ahe abana biwe intoranwa ivuye kw’itongo ryiwe, kugira ngo ntihagire n’umwe mu bantu banje yomorwa mw’itongo ryiwe.”»
-