Ezekiyeli 47:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Urubibe rwo mu bumanuko* ruzova i Tamari gushika ku mazi y’i Meribati-Kadeshi+, maze rugende gushika ku mwonga* no ku kiyaga Kinini+. Urwo ni urubibe rwo mu bumanuko*.
19 Urubibe rwo mu bumanuko* ruzova i Tamari gushika ku mazi y’i Meribati-Kadeshi+, maze rugende gushika ku mwonga* no ku kiyaga Kinini+. Urwo ni urubibe rwo mu bumanuko*.