Ezekiyeli 48:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Urubibe rwo mu bumanuko rubangabanganye n’urwa Gadi ruzova i Tamari+ rugende gushika ku mazi y’i Meribati-Kadeshi+ rubandanye ku mwonga*+, gushika ku kiyaga Kinini*.
28 Urubibe rwo mu bumanuko rubangabanganye n’urwa Gadi ruzova i Tamari+ rugende gushika ku mazi y’i Meribati-Kadeshi+ rubandanye ku mwonga*+, gushika ku kiyaga Kinini*.