-
Daniyeli 2:9Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
9 Nimutambwira iyo ndoto, mwese muza kuronka igihano kimwe. Mwagiye inama yo kumbwira ibinyoma no kumpenda, kugira murabe ko nisubirako. Banza mumbwire iyo ndoto, nca menya ko mushobora kuyisobanura.»
-