-
Daniyeli 2:13Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
13 Itegeko rimaze gusohoka, abantu b’umwami baca baja kurondera incabwenge zose kugira bazice. Barondera kandi na Daniyeli na bagenziwe kugira na bo nyene babice.
-