-
Daniyeli 2:14Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
14 Muri uwo mwanya, Daniyeli abigiranye ubwenge n’ukwiyubara, aca avugana na Ariyoki umukuru w’abacungera umwami, uwari agiye kwica incabwenge z’i Babiloni.
-