Daniyeli 2:43 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 43 Kurya nyene icuma wabonye cari kivanze n’ibumba, ico gice gikomeye kizovangana n’abantu* ariko ntibizofatana ngo binywane, nk’uko nyene icuma kidafatana n’ibumba. Daniyeli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:43 Umunara w’Inderetsi,15/6/2012, rup. 16, 19
43 Kurya nyene icuma wabonye cari kivanze n’ibumba, ico gice gikomeye kizovangana n’abantu* ariko ntibizofatana ngo binywane, nk’uko nyene icuma kidafatana n’ibumba.