-
Daniyeli 2:45Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
45 Ivyo bizoranguka nk’uko nyene wabibonye igihe ibuye ryasiduka ku musozi, ariko ridasituwe n’amaboko, maze rikajanjagura ca cuma, wa mujumpu, rya bumba, ya feza na ya nzahabu+. Imana ihambaye yamenyesheje umwami ibizoba muri kazoza+. Iyo ndoto ni iy’ukuri, kandi insobanuro yayo ni iyo kwizigirwa.»
-