Daniyeli 5:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ubwo nyene haca haboneka intoke z’ukuboko kw’umuntu, zitangura kwandika ku ruhome* rw’ikirimba c’umwami, iruhande y’ico baterekako amatara, kandi umwami yarabona ukwo kuboko kuriko kurandika.
5 Ubwo nyene haca haboneka intoke z’ukuboko kw’umuntu, zitangura kwandika ku ruhome* rw’ikirimba c’umwami, iruhande y’ico baterekako amatara, kandi umwami yarabona ukwo kuboko kuriko kurandika.