16 Ariko narumvise ko ushoboye gusobanura ibintu+ no gutorera umuti ibibazo bigoye. Ubu rero niwashobora gusoma ivyo bintu kandi ukambwira insobanuro yavyo, uca wambikwa impuzu y’umuyugubwe n’umugufu w’inzahabu mw’izosi, kandi uca uba umutegetsi agira gatatu mu bwami+.»