Daniyeli 10:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Maze uwusa n’umuntu yaciye ankora ku minwa+, nca nteranura akanwa, mbwira uwari ahagaze imbere yanje nti: «Mukama wanje, ndiko ndajugumira kubera ivyo neretswe, nta n’utuguvu ngifise+.
16 Maze uwusa n’umuntu yaciye ankora ku minwa+, nca nteranura akanwa, mbwira uwari ahagaze imbere yanje nti: «Mukama wanje, ndiko ndajugumira kubera ivyo neretswe, nta n’utuguvu ngifise+.