Daniyeli 11:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Emwe, iryo sinzi rizotwarwa. Azokwuzura* ubwibone kandi azogwisha abantu ibihumbi mirongo, ariko ubwo bubasha bwiwe nta co buzomumarira.
12 Emwe, iryo sinzi rizotwarwa. Azokwuzura* ubwibone kandi azogwisha abantu ibihumbi mirongo, ariko ubwo bubasha bwiwe nta co buzomumarira.