Daniyeli 12:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Na we anyishura ati: «Niwigire Daniyeli, kuko ayo majambo akwiye kuguma ari ibanga kandi akaguma yugawe hakoreshejwe ikidodo gushika mu gihe c’iherezo+.
9 Na we anyishura ati: «Niwigire Daniyeli, kuko ayo majambo akwiye kuguma ari ibanga kandi akaguma yugawe hakoreshejwe ikidodo gushika mu gihe c’iherezo+.