Hoseya 5:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ubwishime bwa Isirayeli buramwagiriza+.Isirayeli na Efurayimu baratsitaye kubera ikosa ryabo,kandi na Yuda yatsitaranye na bo+.
5 Ubwishime bwa Isirayeli buramwagiriza+.Isirayeli na Efurayimu baratsitaye kubera ikosa ryabo,kandi na Yuda yatsitaranye na bo+.