-
Hoseya 6:3Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
3 Tuzomenya Yehova, tuzokwihatira kumumenya vy’ukuri.
Azoza ata gisivya nka kurya nyene umutwenzi utareka kuza.
Azotuzako nka kurya kw’akavura kanyanyaga,
nka kurya kw’imvura y’impeshi inywesha isi.»
-