Hoseya 7:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 «Igihe cose ngira nkize Isirayeli,ikosa rya Efurayimu rica rija ahabona+hamwe n’ububisha bwa Samariya+. Kuko ari ababeshi gusa+.Abasuma baramena inzu, utugwi tw’abambuzi tukabundira abantu hanze+.
7 «Igihe cose ngira nkize Isirayeli,ikosa rya Efurayimu rica rija ahabona+hamwe n’ububisha bwa Samariya+. Kuko ari ababeshi gusa+.Abasuma baramena inzu, utugwi tw’abambuzi tukabundira abantu hanze+.