Hoseya 10:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Bavuga amajambo ata co amaze, bakarahira ibinyoma+ kandi bakagira amasezerano.Ni co gituma urubanza rwabo rwanaze nk’ivyatsi vy’ubumara mu maburi yo mu murima+.
4 Bavuga amajambo ata co amaze, bakarahira ibinyoma+ kandi bakagira amasezerano.Ni co gituma urubanza rwabo rwanaze nk’ivyatsi vy’ubumara mu maburi yo mu murima+.