Hoseya 10:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ababa i Samariya bazotinya kubera ikigirwamana c’inyana c’i Beti-Aveni+. Abantu baho bazokigandarira,cokimwe n’abaherezi b’imana z’inyamahanga bahora baciratira bakiratira n’ubwiza bwaco,kuko kizojanwa mu bunyagano kure yabo. Hoseya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 10:5 Umunara w’Inderetsi,15/9/2007, rup. 17
5 Ababa i Samariya bazotinya kubera ikigirwamana c’inyana c’i Beti-Aveni+. Abantu baho bazokigandarira,cokimwe n’abaherezi b’imana z’inyamahanga bahora baciratira bakiratira n’ubwiza bwaco,kuko kizojanwa mu bunyagano kure yabo.