Hoseya 10:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Ewe Beteli, ivyo ni vyo bizogushikira+ kubera ukora ikibi kibishe. Emwe mu mutwenzi, umwami wa Isirayeli ntazoba akiriho+.»
15 Ewe Beteli, ivyo ni vyo bizogushikira+ kubera ukora ikibi kibishe. Emwe mu mutwenzi, umwami wa Isirayeli ntazoba akiriho+.»